ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 45:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umwe wese muri bo amuha imitamana yo gukuranya+ yiwe bwite, mugabo aha Benyamini ibice amajana atatu vy’ifeza n’imitamana itanu yo gukuranya+.

  • Abacamanza 14:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nuko impwemu ya Yehova ikorera kuri we+, amanuka i Ashikeloni+, yica muri bo abagabo mirongo itatu, maze atora ivyo yabambuye araheza aha nya myambaro bene gusobanura nya gapfindo+. Ishavu ryiwe ribandanya kururumba, maze araduga aja ku nzu ya se.

  • 2 Abami 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze umwami wa Siriya avuga ati: “Fata inzira! Ingo ndungikire ikete umwami wa Isirayeli.” Atangura rero kugenda, atwara mu kuboko kwiwe+ italanto cumi z’ifeza n’ibice vy’inzahabu+ ibihumbi bitandatu n’impuzu zo gukuranya+ cumi.

  • 2 Abami 5:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Na we ati: “Ni amahoro. Databuja+ ubwiwe antumye+ ngo: ‘Ehe ubu nyene ngendewe n’imisore ibiri yo mu karere k’imisozi ka Efurayimu, yo mu bahungu b’abahanuzi+. Ndakwinginze ubahe italanto y’ifeza n’impuzu zo gukuranya zibiri+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika