Yosuwa 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iki ni co gihugu kigisigaye+: uturere twose tw’Abafilisitiya+ n’Abageshuri+ bose Abacamanza 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko se na nyina ntibari bazi ko ivyo vyari bivuye kuri Yehova+, ko yarondera akaryo ko gutera Abafilisitiya, kuko ico gihe nyene Abafilisitiya baganza Isirayeli+.
4 Ariko se na nyina ntibari bazi ko ivyo vyari bivuye kuri Yehova+, ko yarondera akaryo ko gutera Abafilisitiya, kuko ico gihe nyene Abafilisitiya baganza Isirayeli+.