Abacamanza 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Samusoni amubwira ati: “Hamwe bombohesha imitsi+ indwi ikiri mibisi itaruma, sinobura gucika goyigoyi, nkaba nk’umuntu asanzwe.” Abacamanza 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Inyuma y’ivyo Delila abwira Samusoni ati: “Gushika ubu wankinye kugira ngo umbwire ibinyoma+. Ntabara umbwire ico woboheshwa+.” Maze amubwira ati: “Niwajishisha urunyuzi rw’indamvu+ ibi bitsibo indwi vyo ku mutwe wanje, birashoboka.” Abacamanza 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko amubwira ati: “Wubahuka gute kuvuga ngo: ‘Ndagukunda+,’ kandi umutima wawe utari kuri jewe? Wankinye izi ncuro zitatu zose, ntiwambwira aho inkomezi zawe nyinshi ziri+.”
7 Maze Samusoni amubwira ati: “Hamwe bombohesha imitsi+ indwi ikiri mibisi itaruma, sinobura gucika goyigoyi, nkaba nk’umuntu asanzwe.”
13 Inyuma y’ivyo Delila abwira Samusoni ati: “Gushika ubu wankinye kugira ngo umbwire ibinyoma+. Ntabara umbwire ico woboheshwa+.” Maze amubwira ati: “Niwajishisha urunyuzi rw’indamvu+ ibi bitsibo indwi vyo ku mutwe wanje, birashoboka.”
15 Nuko amubwira ati: “Wubahuka gute kuvuga ngo: ‘Ndagukunda+,’ kandi umutima wawe utari kuri jewe? Wankinye izi ncuro zitatu zose, ntiwambwira aho inkomezi zawe nyinshi ziri+.”