Zaburi 74:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ibuka ibi: Umwansi yagusize iceyi, ewe Yehova+,Kandi igisata c’abantu c’imburabwenge cagaye izina ryawe+. Yeremiya 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Wewe ubwawe urazi ivyanje+. Ewe Yehova, nunyibuke+, unyiteho kandi umpǒre ku bampama+. Mu guteba kuraka kwawe, ntunkureho+. Nubone ukuntu nikoreye iceyi kubera wewe+.
18 Ibuka ibi: Umwansi yagusize iceyi, ewe Yehova+,Kandi igisata c’abantu c’imburabwenge cagaye izina ryawe+.
15 Wewe ubwawe urazi ivyanje+. Ewe Yehova, nunyibuke+, unyiteho kandi umpǒre ku bampama+. Mu guteba kuraka kwawe, ntunkureho+. Nubone ukuntu nikoreye iceyi kubera wewe+.