Abacamanza 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi i Betelehemu+ muri Yuda hari umusore wo mu muryango wa Yuda, akaba yari Umulewi+. Yari amaze igihe gito aba ng’aho. Abacamanza 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, Mika yuzuza ububasha ukuboko+ kw’uwo Mulewi, kugira ngo uwo musore amubere umuherezi+ yongere agume aba mu nzu ya Mika. Abacamanza 18:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Inyuma y’ivyo, bene Dani bishingira igishusho c’ikibazano+; Yonatani+ mwene Gerishomu+, Gerishomu wa Musa, we n’abahungu biwe baba abaherezi b’umuryango w’Abadani gushika umusi ico gihugu cajanwa mu bunyagano+.
7 Kandi i Betelehemu+ muri Yuda hari umusore wo mu muryango wa Yuda, akaba yari Umulewi+. Yari amaze igihe gito aba ng’aho.
12 Vyongeye, Mika yuzuza ububasha ukuboko+ kw’uwo Mulewi, kugira ngo uwo musore amubere umuherezi+ yongere agume aba mu nzu ya Mika.
30 Inyuma y’ivyo, bene Dani bishingira igishusho c’ikibazano+; Yonatani+ mwene Gerishomu+, Gerishomu wa Musa, we n’abahungu biwe baba abaherezi b’umuryango w’Abadani gushika umusi ico gihugu cajanwa mu bunyagano+.