Gusubira mu vyagezwe 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+. Abacamanza 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Aca avuga ati: “Bari bene wacu, bene mama. Ndahiye ukubaho kwa Yehova, iyo muba mwarabazigamiye ubuzima, sinari kwirirwa ndabica+.” 1 Samweli 14:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Kuko, ndahiye ukubaho kwa Yehova we Murokozi wa Isirayeli, n’iyo hoba ari muri Yonatani umuhungu wanje, arapfa ata kabuza+.” Mugabo ntihagira n’umwe amwishura mu bantu bose. 2 Abakorinto 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ubu ndasavye Imana imbere icabona+ kinyagiriza ubwanje, yuko kuba ntaraza i Korinto ari ukugira ngo muzigurizwe+.
13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+.
19 Aca avuga ati: “Bari bene wacu, bene mama. Ndahiye ukubaho kwa Yehova, iyo muba mwarabazigamiye ubuzima, sinari kwirirwa ndabica+.”
39 Kuko, ndahiye ukubaho kwa Yehova we Murokozi wa Isirayeli, n’iyo hoba ari muri Yonatani umuhungu wanje, arapfa ata kabuza+.” Mugabo ntihagira n’umwe amwishura mu bantu bose.
23 Ubu ndasavye Imana imbere icabona+ kinyagiriza ubwanje, yuko kuba ntaraza i Korinto ari ukugira ngo muzigurizwe+.