Gusubira mu vyagezwe 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+. Abaheburayo 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko abantu barahira uwubaruta+, kandi indahiro yabo ni yo irangiza impari zose, kuko ari icemeza cemewe kuri bo+.
13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+.
16 Kuko abantu barahira uwubaruta+, kandi indahiro yabo ni yo irangiza impari zose, kuko ari icemeza cemewe kuri bo+.