1 Samweli 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hana aca avuga ati: “Ntunga mukama wanje! Ndahiye ukubaho kwawe+ mukama wanje, ndi wa mugore yari ahagararanye nawe muri iki kibanza kugira asenge Yehova+. 1 Samweli 17:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Maze rero igihe Sauli yabona Dawidi asohotse guhura na wa Mufilisitiya, yabwiye Abuneri+ umukuru w’ingabo ati: “Ako gahungu+ ni kene nde+ ga Abuneri?” Abuneri na we avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwawe mwami, sindabizi namba!”
26 Hana aca avuga ati: “Ntunga mukama wanje! Ndahiye ukubaho kwawe+ mukama wanje, ndi wa mugore yari ahagararanye nawe muri iki kibanza kugira asenge Yehova+.
55 Maze rero igihe Sauli yabona Dawidi asohotse guhura na wa Mufilisitiya, yabwiye Abuneri+ umukuru w’ingabo ati: “Ako gahungu+ ni kene nde+ ga Abuneri?” Abuneri na we avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwawe mwami, sindabizi namba!”