Guharura 30:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+. 1 Samweli 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yonatani na Dawidi bagirana rero isezerano+, kuko yamukunda nk’uko yikunda+. 1 Samweli 23:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze abo babiri bapfundika isezerano+ imbere ya Yehova; nuko Dawidi abandanya kuba i Horeshi, Yonatani na we aja iwe.
2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+.
18 Maze abo babiri bapfundika isezerano+ imbere ya Yehova; nuko Dawidi abandanya kuba i Horeshi, Yonatani na we aja iwe.