Imigani 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+. Imigani 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Hari abagenzi baguma barondera kumenagurana+, mugabo hari umugenzi amata ku muntu kuruta uwo bavukana+. Abakolosayi 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ikigeretse kuri ivyo vyose, mwambare urukundo+, kuko urukundo ari umugozi utagira akanenge+ wunga ubumwe.
17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+.
24 Hari abagenzi baguma barondera kumenagurana+, mugabo hari umugenzi amata ku muntu kuruta uwo bavukana+.
14 Mugabo ikigeretse kuri ivyo vyose, mwambare urukundo+, kuko urukundo ari umugozi utagira akanenge+ wunga ubumwe.