1 Samweli 14:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Umugore wa Sauli yitwa Ahinowamu umukobwa wa Ahimayazi; umukuru w’ingabo ziwe yitwa Abuneri+ mwene Neri, sewabo wa Sauli. 1 Samweli 17:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Maze rero igihe Sauli yabona Dawidi asohotse guhura na wa Mufilisitiya, yabwiye Abuneri+ umukuru w’ingabo ati: “Ako gahungu+ ni kene nde+ ga Abuneri?” Abuneri na we avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwawe mwami, sindabizi namba!”
50 Umugore wa Sauli yitwa Ahinowamu umukobwa wa Ahimayazi; umukuru w’ingabo ziwe yitwa Abuneri+ mwene Neri, sewabo wa Sauli.
55 Maze rero igihe Sauli yabona Dawidi asohotse guhura na wa Mufilisitiya, yabwiye Abuneri+ umukuru w’ingabo ati: “Ako gahungu+ ni kene nde+ ga Abuneri?” Abuneri na we avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwawe mwami, sindabizi namba!”