Zaburi 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Jewe ndakwambaza, kuko uzonyishura, Mana+!Ntega ugutwi. Niwumve ijambo ryanje+. Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.” Yeremiya 33:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ati: ‘Mpamagara, nanje ndakwitaba+, ndakubwire n’umutima ukunze ibintu bihambaye kandi bidatahurika utari uzi+.’”
3 ati: ‘Mpamagara, nanje ndakwitaba+, ndakubwire n’umutima ukunze ibintu bihambaye kandi bidatahurika utari uzi+.’”