1 Samweli 18:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Sauli yongera kugira ubwoba bwinshi cane kubera Dawidi, maze Sauli aba umwansi wa Dawidi nantaryo+. 1 Samweli 20:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+. Zaburi 112:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umubisha azobibona kamurye koko+. ש [Sini]Azohekenya amenyo, ashonge ata kabuza+. ת [Tau]Icipfuzo c’ababisha kizoyogera+. Imigani 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Icipfuzo c’abagororotsi ni ciza koko+; icizigiro c’ababisha ni uburake+.
29 Sauli yongera kugira ubwoba bwinshi cane kubera Dawidi, maze Sauli aba umwansi wa Dawidi nantaryo+.
33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+.
10 Umubisha azobibona kamurye koko+. ש [Sini]Azohekenya amenyo, ashonge ata kabuza+. ת [Tau]Icipfuzo c’ababisha kizoyogera+.