2 Samweli 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze umutima wa Dawidi utangura kumukubita+ aho amariye guharūra abantu gutyo. Nuko Dawidi abwira Yehova ati: “Nacumuye+ cane mu vyo nakoze. None rero Yehova, ndakwinginze ureke ikosa ry’umusavyi wawe rirengane+, kuko nakoze ivy’ubupfu rwose+.” Abaroma 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni bo nyene berekana ko ibiri mw’itegeko vyanditse mu mitima yabo+, mu gihe ijwi ryo mu mutima ryabo+ rishinga intahe hamwe na bo, kandi mu vyiyumviro vyabo bararegwa+ canke mbere bakaregurwa. 1 Yohani 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 ku kintu cose imitima yacu yodutsindishamwo+, kuko Imana iruta imitima yacu ikaba kandi izi ibintu vyose+.
10 Maze umutima wa Dawidi utangura kumukubita+ aho amariye guharūra abantu gutyo. Nuko Dawidi abwira Yehova ati: “Nacumuye+ cane mu vyo nakoze. None rero Yehova, ndakwinginze ureke ikosa ry’umusavyi wawe rirengane+, kuko nakoze ivy’ubupfu rwose+.”
15 Ni bo nyene berekana ko ibiri mw’itegeko vyanditse mu mitima yabo+, mu gihe ijwi ryo mu mutima ryabo+ rishinga intahe hamwe na bo, kandi mu vyiyumviro vyabo bararegwa+ canke mbere bakaregurwa.
20 ku kintu cose imitima yacu yodutsindishamwo+, kuko Imana iruta imitima yacu ikaba kandi izi ibintu vyose+.