ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 24:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze umutima wa Dawidi utangura kumukubita+ aho amariye guharūra abantu gutyo. Nuko Dawidi abwira Yehova ati: “Nacumuye+ cane mu vyo nakoze. None rero Yehova, ndakwinginze ureke ikosa ry’umusavyi wawe rirengane+, kuko nakoze ivy’ubupfu rwose+.”

  • Matayo 26:75
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 75 Petero aca yibuka ijambo Yezu yari yavuze ati: “Imbere y’uko isake ibika, uza kunyihakana gatatu+.” Aca arasohoka hanze, ararira arabogoza+.

  • Luka 18:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mugabo wa mutozakori, ahagaze nka hariya, ntiyagomba no kuraramura amaso yiwe ngo arabe mw’ijuru, mugabo aguma yikubita ku gikiriza+, avuga ati: ‘Ewe Mana, ngirira impuhwe jewe umucumuzi+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika