1 Samweli 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yehova yitaho rero Hana+, ku buryo yibungenga hanyuma akavyara abahungu batatu n’abakobwa babiri+. Nuko ka gahungu Samweli kabandanya gukurira imbere ya Yehova+. Imigani 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ubone kuronka ubutoni n’ugutahura kwimbitse kwiza mu maso y’Imana n’ay’umuntu yakuwe mw’ivu+. Luka 2:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Yezu abandanya gutera imbere mu bukerebutsi+ no gukura ku mubiri no kugira ubutoni ku Mana no ku bantu+.
21 Yehova yitaho rero Hana+, ku buryo yibungenga hanyuma akavyara abahungu batatu n’abakobwa babiri+. Nuko ka gahungu Samweli kabandanya gukurira imbere ya Yehova+.
52 Yezu abandanya gutera imbere mu bukerebutsi+ no gukura ku mubiri no kugira ubutoni ku Mana no ku bantu+.