Abacamanza 13:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Haciye igihe, nya mugore yibaruka umuhungu maze amwita Samusoni+; nya muhungu aguma akura, Yehova na we abandanya kumuhezagira+. 1 Samweli 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Muri ico gihe, ako gahungu Samweli karushiriza gukura no gushimwa imbere ya Yehova n’imbere y’abantu+. 1 Samweli 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Samweli abandanya gukura, kandi Yehova ubwiwe abana na we+, ntiyareka ngo hagire na rimwe mu majambo yiwe yose rikorokera hasi+. Luka 1:80 Bibiliya y’isi nshasha 80 Wa mwana mutoyi na we abandanya gukura+ no gukomera mu mpwemu, kandi aguma mu bugaragwa gushika umusi wo kwiyereka Isirayeli icese. Luka 2:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Yezu abandanya gutera imbere mu bukerebutsi+ no gukura ku mubiri no kugira ubutoni ku Mana no ku bantu+.
24 Haciye igihe, nya mugore yibaruka umuhungu maze amwita Samusoni+; nya muhungu aguma akura, Yehova na we abandanya kumuhezagira+.
26 Muri ico gihe, ako gahungu Samweli karushiriza gukura no gushimwa imbere ya Yehova n’imbere y’abantu+.
19 Samweli abandanya gukura, kandi Yehova ubwiwe abana na we+, ntiyareka ngo hagire na rimwe mu majambo yiwe yose rikorokera hasi+.
80 Wa mwana mutoyi na we abandanya gukura+ no gukomera mu mpwemu, kandi aguma mu bugaragwa gushika umusi wo kwiyereka Isirayeli icese.
52 Yezu abandanya gutera imbere mu bukerebutsi+ no gukura ku mubiri no kugira ubutoni ku Mana no ku bantu+.