ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo amubwira ati: “Ndakwinginze wumvirize! Hariho umuntu w’Imana+ muri iki gisagara, kandi uwo muntu arubahwa. Ivyo avuga vyose biraranguka ata kabuza+. Ingo tujeyo ubu. Hari aho yotubwira inzira dutegerezwa kujana.”

  • Yesaya 44:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Umwe atuma ijambo ry’umusavyi wiwe riranguka, n’Umwe ashitsa neza impanuro y’intumwa ziwe+; Umwe avuga kuri Yeruzalemu ati: ‘Abantu bazohaba+,’ ku bisagara vya Yuda na vyo ati: ‘Bizosubira kwubakwa+, n’ibibanza vyaho vyacitse umusaka nzobivyura+’;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika