ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 33:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Uyu rero ni wo muhezagiro+ Musa wa muntu w’Imana y’ukuri+ yahezagije bene Isirayeli imbere y’uko apfa.

  • 1 Samweli 2:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nuko umuntu w’Imana+ aza kuri Eli, amubwira ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mbega sinihishuriye koko inzu ya sogokuruza wawe igihe bari mu Misiri ari abashumba b’inzu ya Farawo+?

  • 1 Abami 13:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi ehe, hari umuntu+ w’Imana yari yaje i Beteli avuye muri Yuda, bivuye kw’ijambo+ rya Yehova, mu gihe Yerobowamu yari ahagaze iruhande y’igicaniro+ kugira ngo afumbishe umwotsi w’ibimazi+.

  • 2 Abami 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko nya muntu w’Imana y’ukuri avuga ati: “Yaguye he?” Amwereka rero nya hantu. Aca atema ingegene y’igiti araheza ayitererayo maze atuma nya mutwe w’ishoka ureremba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika