Kuvayo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ishavu rya Yehova rirurumbira Musa, avuga ati: “Aroni Umulewi si mwene wanyu+? Ndazi neza yuko ashoboye koko kuvuga. Kandi bisubiye, ehe ari mu nzira aza guhura nawe. Niyakubona, ntazobura kunezerwa mu mutima wiwe+. Kuvayo 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Maze Yehova abwira Aroni ati: “Genda uhure na Musa mu gahinga+.” Nuko aragenda, ahurira na we ku musozi w’Imana y’ukuri+, aramusoma.
14 Maze ishavu rya Yehova rirurumbira Musa, avuga ati: “Aroni Umulewi si mwene wanyu+? Ndazi neza yuko ashoboye koko kuvuga. Kandi bisubiye, ehe ari mu nzira aza guhura nawe. Niyakubona, ntazobura kunezerwa mu mutima wiwe+.
27 Maze Yehova abwira Aroni ati: “Genda uhure na Musa mu gahinga+.” Nuko aragenda, ahurira na we ku musozi w’Imana y’ukuri+, aramusoma.