ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Samweli abandanya gukura, kandi Yehova ubwiwe abana na we+, ntiyareka ngo hagire na rimwe mu majambo yiwe yose rikorokera hasi+.

  • Yesaya 44:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Umwe atuma ijambo ry’umusavyi wiwe riranguka, n’Umwe ashitsa neza impanuro y’intumwa ziwe+; Umwe avuga kuri Yeruzalemu ati: ‘Abantu bazohaba+,’ ku bisagara vya Yuda na vyo ati: ‘Bizosubira kwubakwa+, n’ibibanza vyaho vyacitse umusaka nzobivyura+’;

  • Zakariya 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ariko amajambo yanje n’ingingo nyobozi zanje nategetse abasavyi banje, abahanuzi+, mbega ntivyahambije ba so+?’ Baragarutse rero, bavuga bati: ‘Nk’uko Yehova nyen’ingabo yari yariyumviriye kutugirira+, nk’uko inzira zacu n’ibikorwa vyacu vyari, ni ko yatugiriye+.’”

  • Abaheburayo 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Imana, iyavuganye kera mu bihe vyinshi+ no mu buryo bwinshi na ba sogokuruza bacu biciye ku bahanuzi+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika