1 Samweli 31:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abafilisitiya baguma basatira Sauli n’abahungu biwe; amaherezo Abafilisitiya bica Yonatani+ na Abinadabu+ na Maliki-shuwa+, abahungu ba Sauli. 2 Samweli 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+,
2 Abafilisitiya baguma basatira Sauli n’abahungu biwe; amaherezo Abafilisitiya bica Yonatani+ na Abinadabu+ na Maliki-shuwa+, abahungu ba Sauli.
8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+,