ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 27:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ariko umugabo n’umugore, Dawidi nta n’umwe yazigamira ubuzima ngo amuzane i Gati, akavuga ati: “Kugira ngo ntibahave baturega ngo: ‘Uku ni ko Dawidi yakoze+.’” (Ukwo ni ko yakora imisi yose yabaye mu gihugu hagati mu karere k’Abafilisitiya.)

  • 1 Samweli 27:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Akishi yarizigira+ rero Dawidi, akibwira ati: “Yacitse vy’ukuri umunuko mu gisata ciwe Isirayeli+; azobwirizwa gucika umusuku wanje gushika igihe kitagira urugero.”

  • 1 Samweli 29:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze abaganwa b’Abafilisitiya bavuga bati: “Abo Baheburayo+ bo ni ibiki?” Akishi aca abwira nya baganwa b’Abafilisitiya ati: “None uyu si Dawidi umusuku wa Sauli umwami wa Isirayeli, uwumaranye nanje ng’aha umwaka umwe canke ibiri+, nanje nkaba ntasanze+ ikintu na kimwe muri we kuva umusi yata akomokera iwanje gushika n’uyu musi?”

  • Matayo 10:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Ehe ndabatumye muri nk’intama mu mabingira hagati+; mwiyubare rero nk’inzoka+ yamara mube intungane nk’inuma+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika