ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Ntukice+.

  • 2 Samweli 17:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nayo Ahitofeli, abona ko impanuro yiwe itari yakurikijwe+, maze ashira itandiko ku ndogobwa hanyuma arahaguruka, aja ku nzu yiwe mu gisagara ciwe+. Maze aha amategeko urugo rwiwe+ araheza ariniga+ maze arapfa+. Nuko ahambwa+ mw’itongo ryo guhambamwo rya ba sekuruza.

  • 1 Abami 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Zimuri akimara kubona ko igisagara cafashwe, yinjira rero mu munara wo kubamwo w’inzu y’umwami araheza yituririrako inzu y’umwami n’umuriro, arapfa+,

  • 1 Ngoma 10:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko Sauli abwira uwumutwaza ibirwanisho+ ati: “Sokora inkota yawe+ uyinsogote, kugira ngo abo bagabo batagenyerewe+ ntibaze, ngo bangirire koko ivy’agashinyaguro+.” Mugabo uwumutwaza ibirwanisho aranka+, kuko yatinye cane. Nuko Sauli afata inkota, ayīsukako+.

  • Matayo 27:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko ata vya biceri vy’ifeza mu rusengero, ava ng’aho aragenda, arimanika+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika