1 Samweli 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bisubiye, Yehova aragutangana na Isirayeli mu kuboko kw’Abafilisitiya+; kandi ejo wewe+ n’abahungu bawe+ muzoba muri kumwe nanje. N’ikambi ya Isirayeli, Yehova arayitanga mu kuboko kw’Abafilisitiya+.” 1 Ngoma 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Gutyo Sauli n’abahungu biwe batatu barapfa+, n’abo mu nzu yiwe bose bapfira hamwe.
19 Bisubiye, Yehova aragutangana na Isirayeli mu kuboko kw’Abafilisitiya+; kandi ejo wewe+ n’abahungu bawe+ muzoba muri kumwe nanje. N’ikambi ya Isirayeli, Yehova arayitanga mu kuboko kw’Abafilisitiya+.”