Itanguriro 21:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Inyuma y’ivyo atera igiti c’umukwaju i Beyeri-sheba maze ahambariza izina rya Yehova+, Imana yamaho ibihe bidahera+. 1 Samweli 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Sauli yumva ko Dawidi n’abagabo bari kumwe na we bubuwe, igihe Sauli yari yicaye i Gibeya munsi y’igiti c’umukwaju+ ahantu hakirurutse, afise icumu+ ryiwe mu kuboko, abasuku biwe na bo bahagaze irya n’ino yiwe. 1 Ngoma 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko abagabo b’intwari bose barahaguruka, batwara ikiziga ca Sauli n’ibiziga vy’abahungu biwe, babijana i Yabeshi, maze bahamba amagufa yabo munsi y’igiti kinini+ i Yabeshi+; hanyuma bamara imisi indwi bisonzesheje+.
33 Inyuma y’ivyo atera igiti c’umukwaju i Beyeri-sheba maze ahambariza izina rya Yehova+, Imana yamaho ibihe bidahera+.
6 Sauli yumva ko Dawidi n’abagabo bari kumwe na we bubuwe, igihe Sauli yari yicaye i Gibeya munsi y’igiti c’umukwaju+ ahantu hakirurutse, afise icumu+ ryiwe mu kuboko, abasuku biwe na bo bahagaze irya n’ino yiwe.
12 Nuko abagabo b’intwari bose barahaguruka, batwara ikiziga ca Sauli n’ibiziga vy’abahungu biwe, babijana i Yabeshi, maze bahamba amagufa yabo munsi y’igiti kinini+ i Yabeshi+; hanyuma bamara imisi indwi bisonzesheje+.