ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze asubira kuri wa muntu w’Imana y’ukuri+, we hamwe n’ikambi yiwe yose; araza, ahagarara imbere yiwe araheza avuga ati: “Ehe ubu ndamenye koko yuko ata handi hantu hari Imana mw’isi atari muri Isirayeli+. None rero, ndakwinginze wemere ingabirano y’umuhezagiro+ ivuye ku musuku wawe.”

  • 2 Abami 8:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Umwami aca abwira Hazayeli+ ati: “Tora ingabirano+ mu kuboko kwawe, ugende guhura n’uwo muntu w’Imana y’ukuri, usiguze+ Yehova biciye kuri we uti: ‘Mbega nzokira iyi ndwara?’”

  • Imigani 17:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ingabirano ni ibuye rikwega ubutoni mu maso ya nyeneyo ahambaye+. Iyo ahindukirira hose araroranirwa+.

  • Imigani 18:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ingabirano y’umuntu izomutābururira inzira+, kandi izomuyobora imushikane n’imbere y’abantu bahambaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika