ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nya musuku yongera rero kwishura Sauli, avuga ati: “Ehe mu kuboko kwanje hari ica kane ca shekeli+ y’ifeza; ndagiha ata kabuza uwo muntu w’Imana y’ukuri, na we ntabura kutubwira inzira yacu.”

  • 1 Abami 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Utore mu kuboko imikate+ cumi n’udutsima tumijagiweko, n’agakarabo+ k’ubuki, uheze winjire iwe+. Ni we azokubwira ibizoshikira uyu muhungu+.”

  • 2 Abami 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze umwami wa Siriya avuga ati: “Fata inzira! Ingo ndungikire ikete umwami wa Isirayeli.” Atangura rero kugenda, atwara mu kuboko kwiwe+ italanto cumi z’ifeza n’ibice vy’inzahabu+ ibihumbi bitandatu n’impuzu zo gukuranya+ cumi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika