1 Samweli 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Sauli aca abwira nya musuku wiwe ati: “None hamwe twogenda, uwo muntu twomushira iki+? Kuko umukate wazimanganye mu vyo dutekeramwo, kandi nta kintu na kimwe kihari co gushira uwo muntu w’Imana y’ukuri bwa ngabirano+. None dufise iki?” 1 Abami 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umwami abandanya kubwira nya muntu w’Imana y’ukuri ati: “Ndakwinginze ujane nanje i muhira, ugire ico ufashe+, kandi ndaguhe ingabirano+.” 2 Abami 4:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Nuko umugabo umwe arashika avuye i Bayali-shalisha+, aza azaniye+ nya muntu w’Imana y’ukuri umukate wo mu vyamwa vya mbere vyeze+, imikate mirongo ibiri ya sayiri*+, n’intete nshasha mw’isaho yiwe y’umukate. Maze avuga ati: “Bihe abantu barye+.”
7 Sauli aca abwira nya musuku wiwe ati: “None hamwe twogenda, uwo muntu twomushira iki+? Kuko umukate wazimanganye mu vyo dutekeramwo, kandi nta kintu na kimwe kihari co gushira uwo muntu w’Imana y’ukuri bwa ngabirano+. None dufise iki?”
7 Umwami abandanya kubwira nya muntu w’Imana y’ukuri ati: “Ndakwinginze ujane nanje i muhira, ugire ico ufashe+, kandi ndaguhe ingabirano+.”
42 Nuko umugabo umwe arashika avuye i Bayali-shalisha+, aza azaniye+ nya muntu w’Imana y’ukuri umukate wo mu vyamwa vya mbere vyeze+, imikate mirongo ibiri ya sayiri*+, n’intete nshasha mw’isaho yiwe y’umukate. Maze avuga ati: “Bihe abantu barye+.”