2 Abami 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umwami aca abwira Hazayeli+ ati: “Tora ingabirano+ mu kuboko kwawe, ugende guhura n’uwo muntu w’Imana y’ukuri, usiguze+ Yehova biciye kuri we uti: ‘Mbega nzokira iyi ndwara?’”
8 Umwami aca abwira Hazayeli+ ati: “Tora ingabirano+ mu kuboko kwawe, ugende guhura n’uwo muntu w’Imana y’ukuri, usiguze+ Yehova biciye kuri we uti: ‘Mbega nzokira iyi ndwara?’”