-
1 Samweli 9:24Bibiliya y’isi nshasha
-
-
24 Nya mutetsi aca akurako ukuguru n’ivyari kuri kwo, agushira imbere ya Sauli. Maze avuga ati: “Ng’iki icari cabitswe. Nugishire imbere yawe. Nurye, kuko cabikiwe wewe ku bw’iki gihe cashinzwe, kugira ngo usangire n’abatumiwe.” Nuko uwo musi Sauli asangira na Samweli.
-