ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko Yosuwa ahaguruka kare mu gitondo, yegereza hafi Isirayeli, umuryango umwumwe, maze umuryango wa Yuda uba ari wo utorwa.

  • 1 Samweli 9:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Sauli aca arishura, ati: “Mbega sindi Umubenyamini wo mu muryango mutoyi+ hanyuma y’iyindi mu miryango ya Isirayeli+? Kandi umuryango wanje si umuryango ata co uvuze kuruta iyindi mu miryango yose igize umuryango wa Benyamini+? Ni kubera iki none umbwiye ikintu nk’ico+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika