ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Aca agabura ba bagabo amajana atatu mu migwi itatu maze ashira inzamba+ mu maboko yabo bose n’imibindi mininiminini igaragara, ashira n’ibimuri muri nya mibindi mininiminini.

  • Abacamanza 9:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ku bw’ivyo afata abantu, abagabura mu migwi itatu+ hanyuma atangura kubunda mu gahinga. Maze araraba, abona abantu bariko basohoka bavuye mu gisagara. Arahaguruka rero ngo abarwanye, arabica.

  • Imigani 24:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko uzorwana intambara yawe biciye ku buyobozi bw’ubuhanga+, kandi mu bajanama indiri hari ubukiriro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika