1 Samweli 14:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko abantu bagurukira kuri nya sahu n’umunoho n’akantu+, bafata intama n’inka n’inyana bazitsinda hasi barazikerera, batangura kuziryana n’amaraso+.
32 Nuko abantu bagurukira kuri nya sahu n’umunoho n’akantu+, bafata intama n’inka n’inyana bazitsinda hasi barazikerera, batangura kuziryana n’amaraso+.