1 Samweli 14:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Bene Sauli bari Yonatani+ na Ishivi na Maliki-shuwa+; nayo amazina y’abakobwa biwe babiri, uwavutse ubwa mbere yitwa Merabu+, umuto na we akitwa Mikali+.
49 Bene Sauli bari Yonatani+ na Ishivi na Maliki-shuwa+; nayo amazina y’abakobwa biwe babiri, uwavutse ubwa mbere yitwa Merabu+, umuto na we akitwa Mikali+.