ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 20:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yonatani na we avuga ati: “Ivyo ni ibitokwiyumvirwa ku bijanye nawe! Mugabo ninaramuka menye yuko dawe yiyemeje kukugirira nabi, mbega sinzobikumenyesha+?”

  • 1 Samweli 20:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Hamwe vyoboneka ko ari vyiza kuri dawe kugukorera ikibi sindabihishurire koko ugutwi kwawe ngo nkurekure wigire amahoro vy’ukuri, Yehova agirire gutyo Yonatani, mbere n’ibirenze ivyo+. Yehova abane nawe+, nk’uko nyene yabanye na dawe+.

  • Imigani 17:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika