ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Kandi ehe, iruhande yawe hari Shimeyi+ mwene Gera Umubenyamini w’i Bahurimu+; ni we yahamagariye akabi kuri jewe akoresheje umuvumo ubabaza+, umusi nariko nja i Mahanayimu+; kandi ni we yamanutse kunsanganira kuri Yorodani+, ku buryo ndamurahira Yehova nti: ‘Sinzokwicisha inkota+.’

  • 1 Abami 2:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Umusi wasohotse ukarengana koko umwonga Kidironi+, umenye neza ko uzopfa ata kabuza+. Amaraso yawe azoja ku mutwe wawe+.”

  • 1 Abami 2:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Umwami aca ategeka Benaya mwene Yehoyada, na we arasohoka hanyuma amugurukirako, arapfa+.

      Maze ubwami burashimangirwa mu kuboko kwa Salomo+.

  • Abaheburayo 6:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kuko abantu barahira uwubaruta+, kandi indahiro yabo ni yo irangiza impari zose, kuko ari icemeza cemewe kuri bo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika