Itanguriro 47:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nzoryama hamwe na ba dawe+, nawe uze unkure mu Misiri umpambe mu mva yabo+.” Nuko rero avuga ati: “Jewe ubwanje nzogira nk’uko uvuze.” Itanguriro 49:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hanyuma arabategeka, ababwira ati: “Ngira mpamvye ab’iwacu+. Muze mumpambe hamwe na ba dawe mw’isenga riri mw’itongo rya Efuroni Umuheti+, Itanguriro 50:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko abahungu biwe bamutwara mu gihugu ca Kanani, bamuhamba mw’isenga ryo mw’itongo ry’i Makipela, itongo Aburahamu yari yaraguze na Efuroni Umuheti ngo ribe itongo ryo guhambamwo yigabira, imbere ya Mamure+.
30 Nzoryama hamwe na ba dawe+, nawe uze unkure mu Misiri umpambe mu mva yabo+.” Nuko rero avuga ati: “Jewe ubwanje nzogira nk’uko uvuze.”
29 Hanyuma arabategeka, ababwira ati: “Ngira mpamvye ab’iwacu+. Muze mumpambe hamwe na ba dawe mw’isenga riri mw’itongo rya Efuroni Umuheti+,
13 Nuko abahungu biwe bamutwara mu gihugu ca Kanani, bamuhamba mw’isenga ryo mw’itongo ry’i Makipela, itongo Aburahamu yari yaraguze na Efuroni Umuheti ngo ribe itongo ryo guhambamwo yigabira, imbere ya Mamure+.