2 Samweli 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umwami atangura gusubirayo, aragenda gushika kuri Yorodani. Nayo Yuda, iza i Gilugali+ kugira ije gusanganira umwami, ngo imujabukane Yorodani. 2 Samweli 19:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Abagabo ba Yuda bose baca bishura abagabo ba Isirayeli bati: “Ni kubera yuko umwami ari incuti yacu ya hafi+; kubera iki none ico kintu cabashavuje? Hari aho twigeze turya ivy’umwami ngo tumuhomvye, canke hari ingabirano twazaniwe?”
15 Umwami atangura gusubirayo, aragenda gushika kuri Yorodani. Nayo Yuda, iza i Gilugali+ kugira ije gusanganira umwami, ngo imujabukane Yorodani.
42 Abagabo ba Yuda bose baca bishura abagabo ba Isirayeli bati: “Ni kubera yuko umwami ari incuti yacu ya hafi+; kubera iki none ico kintu cabashavuje? Hari aho twigeze turya ivy’umwami ngo tumuhomvye, canke hari ingabirano twazaniwe?”