ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 17:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Amasa+ ni we Abusalomu yagize umukuru w’ingabo mu kibanza ca Yowabu+; Amasa yari umuhungu w’umugabo yitwa Itira+ Umwisirayeli, uwari yararyamanye na Abigayili+ umukobwa wa Nahashi, mwene wabo na Zeruwiya, nyina wa Yowabu.

  • 2 Samweli 19:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Amasa na we mumubwire+ muti: ‘Mbega nturi igufa ryanje n’umubiri wanje? Imana ingirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nutaba umukuru w’ingabo imbere yanje nantaryo mu kibanza ca Yowabu+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika