ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 15:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Samweli aca amubwira ati: “Uyu musi Yehova agushikuyeko+ ingoma ya Isirayeli, kandi azoyiha ata kabuza mugenzawe ameze neza kukurusha+.

  • 1 Samweli 24:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ubu rero, ehe ndazi neza ko uzoganza ata kabuza+, kandi ko mu kuboko kwawe ubwami bwa Isirayeli buzoramba vy’ukuri.

  • 1 Samweli 26:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Sauli aca abwira Dawidi ati: “Uragahezagirwa, mwananje Dawidi. Emwe, uzokora ibintu bikomeye kandi uzotahukana intsinzi ata kabuza+.” Nuko Dawidi arigira; Sauli na we asubira ahantu hiwe+.

  • Yobu 17:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Umugororotsi aguma agumije inzira yiwe+,

      N’uw’iminwe idahumanye+ aguma yongerekana mu nkomezi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika