1 Ngoma 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hongera kwaduka intambara yo kurwanya Abafilisitiya; nuko Elihanani+ mwene Yayiri agarika Lahumi mwene wabo na Goliyati+ Umugiti, uruti rw’icumu ryiwe rukaba rwari rumeze nk’igiti kizingirwako inyuzi c’abajishi b’impuzu+.
5 Hongera kwaduka intambara yo kurwanya Abafilisitiya; nuko Elihanani+ mwene Yayiri agarika Lahumi mwene wabo na Goliyati+ Umugiti, uruti rw’icumu ryiwe rukaba rwari rumeze nk’igiti kizingirwako inyuzi c’abajishi b’impuzu+.