ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 17:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko igihangange kimwe kirasohoka kivuye mu makambi y’Abafilisitiya; izina ryaco ryari Goliyati+, w’i Gati+, uburebure bwaco bukaba bwari amatambwe atandatu y’ukuboko uciriye mu nkokora n’itambwe ry’intoke rimwe*+.

  • 1 Samweli 21:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Uwo muherezi aca avuga ati: “Inkota ya Goliyati+ Umufilisitiya, umwe wicira mu kiyaya co hasi ca Ela+, ng’irya, izingiwe mu mutamana, inyuma ya efodi+. Nimba ushaka kuyitwarira, nuyitware, kuko ata kindi kiri hano kiretse yo.” Dawidi abandanya kuvuga ati: “Nta yindi imeze nka yo. Yimpe.”

  • 1 Samweli 22:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Uno amusiguriza+ Yehova; kandi yaramuhaye impamba+, amuha na ya nkota+ ya Goliyati Umufilisitiya.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika