-
1 Ngoma 11:23Bibiliya y’isi nshasha
-
-
23 Kandi ni we yagaritse umugabo w’Umunyamisiri, umugabo w’igihagararo c’akataraboneka, yareha n’amatambwe*+ atanu. Kandi mu kuboko kw’uwo Munyamisiri hari icumu+ rimeze nk’igiti kizingirwako inyuzi c’abajishi b’impuzu; yamara yaramanutse aho ari yitwaje inkoni maze ashikura nya cumu mu kuboko kw’uwo Munyamisiri, araheza amwicisha iryo cumu ryiwe bwite+.
-