1 Samweli 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ico gihe ikirindiro+ c’Abafilisitiya carasohoka kikerekeza mu kanyuro k’i Mikimashi+. 1 Samweli 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hagati rero y’utuyira Yonatani yarondera kugira ngo ajabuke gutera ikirindiro+ c’Abafilisitiya, hari urutare rumeze nk’iryinyo hakuno be n’urutare rumeze nk’iryinyo hakurya; urutare rumwe rwitwa Bozezi, urundi na rwo rukitwa Sene. 1 Ngoma 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ico gihe Dawidi yari mu kibanza kigoye gushikamwo+; kandi ico gihe ikirindiro c’Abafilisitiya+ cari i Betelehemu.
4 Hagati rero y’utuyira Yonatani yarondera kugira ngo ajabuke gutera ikirindiro+ c’Abafilisitiya, hari urutare rumeze nk’iryinyo hakuno be n’urutare rumeze nk’iryinyo hakurya; urutare rumwe rwitwa Bozezi, urundi na rwo rukitwa Sene.
16 Ico gihe Dawidi yari mu kibanza kigoye gushikamwo+; kandi ico gihe ikirindiro c’Abafilisitiya+ cari i Betelehemu.