ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 10:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Inyuma y’ivyo ni ho uza kuja ku murambi w’Imana y’ukuri+, ahari ikirindiro+ c’Abafilisitiya. Niwashikayo, mu gisagara, urahura n’umugwi w’abahanuzi+ bamanutse bavuye mu kibanza gikirurutse+, bafise imbere yabo igicurarangisho c’imirya+ n’akagoma+ n’umwironge+ n’inanga+, mu gihe bazoba bariko bavuga bwa bahanuzi.

  • 1 Samweli 13:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko Isirayeli yose yumva bivugwa ngo: “Sauli yishe ikirindiro c’Abafilisitiya, none ubu Isirayeli isigaye inuka+ mu Bafilisitiya.” Abantu barakorana rero kugira bakurikire Sauli i Gilugali+.

  • 1 Samweli 13:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ico gihe ikirindiro+ c’Abafilisitiya carasohoka kikerekeza mu kanyuro k’i Mikimashi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika