Abalewi 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze abahungu ba Aroni bamushikiriza amaraso+, na we ajobeka urutoke rwiwe muri nya maraso+ araheza ayashira ku mahembe y’igicaniro+, ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro. Abalewi 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “‘Umuntu wese wo muri bene Isirayeli, canke kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe, azofata igikoko canke ikiguruka kiribwa ari guhiga, aze asese amaraso yaco hasi+ hanyuma ayarenzeko umukungugu+.
9 Maze abahungu ba Aroni bamushikiriza amaraso+, na we ajobeka urutoke rwiwe muri nya maraso+ araheza ayashira ku mahembe y’igicaniro+, ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro.
13 “‘Umuntu wese wo muri bene Isirayeli, canke kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe, azofata igikoko canke ikiguruka kiribwa ari guhiga, aze asese amaraso yaco hasi+ hanyuma ayarenzeko umukungugu+.