-
2 Abami 10:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Aca abandikira ikete rigira kabiri, ati: “Nimba muri abanje+, kandi ijwi ryanje rikaba ari ryo mugamburuka, nimutore imitwe y’abagabo basanzwe ari abahungu+ b’umukama wanyu, maze muzoze ejo nk’aya mango aho ndi i Yezireyeli+.”
Kandi abahungu b’umwami, abagabo mirongo irindwi, bari kumwe n’abagabo b’abanyacubahiro b’igisagara bari babareze.
-