ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 15:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko Dawidi abwira abakuru b’Abalewi ngo bashireho bene wabo b’abaririmvyi+, bafise ibicurarangisho vy’ururirimbo+, ibicurarangisho vy’imirya+ n’inanga+ n’ivyuma bisāma+, kugira bacurarange n’ijwi ryumvikana ngo batume humvikana ijwi riteye umunezero.

  • 1 Ngoma 15:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Abisirayeli bose bariko badugana isandugu y’isezerano rya Yehova bavuza akaruru k’umunezero+ kandi havuzwa inzamba+ n’inzumbete+ n’ivyuma bisāma+, mu kuvuza n’ijwi ryumvikana ibicurarangisho vy’imirya n’inanga+.

  • Zaburi 47:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Yemwe bisata vy’abantu mwese, nimukome amashi+.

      Nimukomere Imana akaruru k’intsinzi, hariko n’ijwi ry’akamo k’umunezero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika