ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 11:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Maze asohora umuhungu+ w’umwami, amushirako umugāra+ n’Igishingantahe+; gutyo bamugira umwami+, bamurobanuza amavuta+. Nuko batangura gukoma amashi+, bavuga bati: “Umwami nabeho+!”

  • Zaburi 98:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Nimwihe akaruru k’intsinzi mukerekeza kuri Yehova, yemwe abo kw’isi mwese+!

      Nimugire akamwemwe, mwihe akamo k’umunezero, muhibongoze+.

  • Yesaya 55:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Kuko muzosohokana umunezero+, mwinjizwe mu mahoro+. Imisozi n’imirambi bizogira akamwemwe imbere yanyu n’akamo k’umunezero+, kandi ibiti vy’ishamba vyose bizokoma amashi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika